Cosaka sangwe news

Cosaka sangwe news good quality

18/01/2026
11/12/2021
Kuri uyumusi cosaka yakiriye umumush*tsi J.paul BiZIMANA asanzwe aserukira  AGRITERA urunani rwabarimyi naborozi runejwe...
24/11/2021

Kuri uyumusi cosaka yakiriye umumush*tsi J.paul BiZIMANA asanzwe aserukira AGRITERA urunani rwabarimyi naborozi runejwe gufata mumugongo amasbirahamwe namacooperative akaba yigishije cane coopérative sangwe zo kumutumba igize commune kayogoro ibijanye ninyigisho zogutunganya amacooperative

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 gitugutu, cosaka na Brarudi biciye kuntumwa zayo mashirahamwe bash*tse muri zone g...
30/10/2021

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 gitugutu, cosaka na Brarudi biciye kuntumwa zayo mashirahamwe bash*tse muri zone gatabo kuyaga nabarimyi bamwe muri benshi bipfuza kurima igiterwa ca amasaka yurubere afasha Brarudi guhingura ibinyobwa bimwebimwe nka Nyongera na viva muri rusangi abarimyi baratahuye uturusho twokurima icogiterwa ariko barashikiriza intambamyi nyamukuru kwari iyo kutaronka umwavu uhingurwa na FOMI kuko batariko barawuronka kugihe Bari bawitezeko kandi itera ryico giterwa ryatanguye

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 cosaka yagendewe nintumwa za PNUD Aho baremesheje ikiganiro giciye kuvyo cosaka ir...
27/10/2021

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 cosaka yagendewe nintumwa za PNUD Aho baremesheje ikiganiro giciye kuvyo cosaka irangura hanini ikiganiro cari gishingiye ku ntambwe umugambi woguhingura amavuta yimise cosaka igezeko nintambamyi zikirimbere kugira ihanguro ryuwomugambi wose urangugwe 💯%

Kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 13 gitugutu ubuserukizi bwa coopérative sangwe kayogoro (cosaka) twagendeye abanywanyi ...
14/10/2021

Kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 13 gitugutu ubuserukizi bwa coopérative sangwe kayogoro (cosaka) twagendeye abanywanyi - borozi biyo koperative bo muri zone mugeni ku mutumba wa mugeni hamwe no murizone gatabo ku mutumba buga bakaba bake bakengurutse ikiyago twagiraniye kugirango ivyo bitungwa bitere bija imbere

28/08/2021

Kuruyu wamungu Igenekerezo rya gatanu zukwezi kwicenda dufise umwiherero uzaba kuva isaha zitandatu zumutaga gushika isaha icenda turatumiye abanywanyi bagize uruhara cane mwishingwa rya cooperative sangwe kayogoro ( Les 19 members fondateurs ) nabo akaba Ari ababakurikira:
1.Eraste Nijimbere
2. Edouard Nzambimana
3.SIBOMANA Pascal
4. Nsabimana Emmanuel Legaillard
5.Gérard Nininahazwe
6.Fabien Nyabenda
7. Ciza Bernard
8. Alexis Manirakiza
9.Alexis Nzoyihera
10.Ndayizeye Emmanuel busegenya
11.Didier ndayizeye
12.BAVUMIRAGIYE Martin
13.Raphael Nkeshimana
14.NINDOKOYE Désire
15.J.Bosco HARAGIRIMANA Mahuldi
16.NIYONKURU Genevella
17.Manirakiza Gerard musasa
18.Claver Sinkazi
19.NDACASABA Réverien

28/08/2021

Ubuserukizi bwa Cosaka bwategekanije inama yinzego nkurunkuru za cooperative izoba igihe cisaha umunanini ninusu kuri bureau ya Cosaka abatumiwe naba urwego nshingwantwaro, komite nshingwa bikorwa, komite nkenguza bikorwarwa

Ubuserukizi bwa coopérative sangwe Kayogoro buramenyeshako bufise ibikorwa mumpera yiyindwi tukaba tuboneyeho gutumira a...
15/07/2021

Ubuserukizi bwa coopérative sangwe Kayogoro buramenyeshako bufise ibikorwa mumpera yiyindwi tukaba tuboneyeho gutumira abazoba bakenewe mwivyobikorwa kuzanana Ama registre yibikorwa, intonde za banywanyi, bordereaux,ivyo bikorwa bizoba kumagenekerezo akurikira: samedi
Le 17 07 2021 isasa umunani hazokorwa évaluation ijanye nubudandaji
@ isaha icumi ninusu inama zabakozi nukwihweza Ama contract yabo
Dimache le 18/07/2021 à 13 h évaluation yama cotisation nigitigiri cabanywanyi Bari kukivi

Dimache le 18/07/2021:16 h
Kwihweza uko ubworozi bwingurube twozikurikirana Kuko igitigiri cazo congerekanye cane Kuko Kate twakwirikirana ingurube 25 Ubu akaba ari ingurube 35 .
Abatumiwe muri izo nama ni urwego nkenguza bikorwa, urwego nshingwa bikorwa, Ubuserukizi bwa COSAKA muri zone .
Ibikorwa vyose bizoba bihagarariwe nugwego nshingwantwaro

Address

Avenue State Du Ville De La Commune Kayogoro
Bujumbura

Telephone

+25761117846

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cosaka sangwe news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share