AGD Company

Website

AGD Company Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from AGD Company, Construction Company, Ntahangwa-Mirango II, 14eme Avenue, Kamenge.

▶️ Conception des plans 2D et 3D
▶️ Devis ( Budgétisation des projets)
▶️ Exécution des travaux de construction
▶️ Dimensionnement des Ouvrages
▶️ Accompagnement dans l'immobilier
▶️ Formation en Architecture

Inzu nziza nkiyi muri   duca tuguha   yayo tukongera tukakwubakira neza.Ubu   igiciro kiri hejuru cane bikwiye reroko uh...
30/09/2026

Inzu nziza nkiyi muri duca tuguha yayo tukongera tukakwubakira neza.
Ubu igiciro kiri hejuru cane bikwiye reroko uhaguze hazimvye uca uhubaka neza kuburyo uharaba ukavuga ati waouh vyari bigoye ariko nifashishije AGD Company narabikoze.
📞+257 61 13 36 35

Ya   yawe naho idateze utwituye woyubakamwo inzu nziza cane, akarorero ni iyi muriko Murabona iri mukibanza ca are 1 kan...
30/09/2026

Ya yawe naho idateze utwituye woyubakamwo inzu nziza cane, akarorero ni iyi muriko Murabona iri mukibanza ca are 1 kandi kiratemba.
Dukora ibijanye no kwubaka amazu hamwe no gutegura imigambi yo kwubaka duhereye mu bicapo arivyo bigezweho
📞+257 61 13 36 35

30/09/2026

Inzu igizwe : ivyumba 5, Douches+toilettes 5,..
Umviriza uko twayiteguye
Ushaka nziza 📞+257 61 13 36 35


Ntimutebe kuduhamagara erega kugira tubakorere   nziza hanyuma tububakire tubanza gushika kuri   tukahapima hanyuma muka...
29/09/2026

Ntimutebe kuduhamagara erega kugira tubakorere nziza hanyuma tububakire tubanza gushika kuri tukahapima hanyuma mukatubwira ivyo mwipfuza, Duhamagare ubu kuri téléphone canke mutwandikire kuri +257 61 13 36 35

  zikorwa tuhari , bikubakwa tuhari  *****on mushobora kudutumako tukabubakira canke tukabakurikiranira ibikorwa   Mutib...
29/09/2026

zikorwa tuhari , bikubakwa tuhari *****on mushobora kudutumako tukabubakira canke tukabakurikiranira ibikorwa
Mutibagiyeko dukora ibicapo vy’amazu neza cane.
📞+257 61133635

29/09/2026

Igikorwa canyu kiba citaweho kuva mu ntango ( tugikora igicapo) turabandanya tukacitaho no mwishirwa mu ngiro ryaco
Ukoranye natwe ukora utekanye kubera ubwizigirwa dufise, woba utarakorana natwe ngo wirabire? Twizere inomusi.
📞+257 61 13 36 35
Dukora ibijanye no kwubaka amazu hamwe no gutegura imigambi yo kwubaka duhereye mu bicapo arivyo bigezweho

Igikorwa co gutegura imigambi  ,  , n'ibindi ndetse no kwubaka burya ntitubitanguye vuba, eka daaa: tuvuze ati zana iyo ...
28/09/2026

Igikorwa co gutegura imigambi , , n'ibindi ndetse no kwubaka burya ntitubitanguye vuba, eka daaa: tuvuze ati zana iyo migambi tuyibakorere neza tuba twifitiye icizere co kubikora neza.
Misi yose na
📞+257 61 13 36 35

Iwacu duteba gutangura gusa, gatanguye kaba gaheze.Dukora ibijanye no kwubaka amazu hamwe no gutegura imigambi yo kwubak...
28/09/2026

Iwacu duteba gutangura gusa, gatanguye kaba gaheze.
Dukora ibijanye no kwubaka amazu hamwe no gutegura imigambi yo kwubaka duhereye mu bicapo arivyo bigezweho
📞+257 61 13 36 35


28/09/2026

Tubipfurije kugira intango nziza y'indwi y'ibikorwa
Muri AGD Company tuzobana namwe imisi yose mu bikorwa vyose bijanye no gutegura imigambi yo kwubaka duhereye mu bicapo arivyo bigezweho no kububakira ibigezweho.
📞+257 61 13 36 35


  uriko urayiheraheza gute?Twibukanye: Ejo ni kuwambere   mu vyuke kare tugende kugerageza amahirwe,  ugifise ubuzima vy...
27/09/2026

uriko urayiheraheza gute?
Twibukanye: Ejo ni kuwambere mu vyuke kare tugende kugerageza amahirwe, ugifise ubuzima vyose biracashoboka.
Ubaka neza na AGD Company

Address

Ntahangwa-Mirango II, 14eme Avenue
Kamenge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AGD Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share