Clibari Burundi Construction Company

  • Home
  • Clibari Burundi Construction Company

Clibari Burundi Construction Company construction, surveillance, études,architecture, vente des matériaux de construction,menuiserie,soudures,vitrerie,décoration et aménagement

welcome our people this is clibari fourniture.kubantu mukeneye kuberwa no kubeza munzu zanyu karibu service zose tubikor...
10/09/2026

welcome our people this is clibari fourniture.

kubantu mukeneye kuberwa no kubeza munzu zanyu karibu service zose tubikora neza bikaba akarusho iyo mutuganye

karibu numéro, adresse kuri affiche

25/08/2026

abantu bafise ibintu bakorera mwisoko rya kinindo mubwirane karabaye isoko iriko irasha

from the beginning of booking to the final working. we are the bestplease call us on +25761345168 Burundi construction c...
19/08/2026

from the beginning of booking to the final working. we are the best

please call us on +25761345168

Burundi construction company

mutanga nord, ngagara Q7



kubantu muri mukugira ama mariage ikigitanda mubona kitobabera?? mwipfuza kugira commande yivyo munzu salon,salle à mang...
13/08/2026

kubantu muri mukugira ama mariage ikigitanda mubona kitobabera??

mwipfuza kugira commande yivyo munzu salon,salle à manger,ibitanda,utubati,.... ntuzimire ngo uzimbwe karibu tubatunganirize

founiture irahari kubwanyu

ushaka kubaza ibirenze terephona kuri 61345168 wtsp and Simple call.


12/08/2026

so how are you feeling about being in burundi??

guys nagire ndabamenyeshe kuburundi arigihugu ciza cane gusa twe tukivukamwo ntavyo turamenya neza kugira tubivyaze umusaruro, ubirabiye kwiyi video urabon neza ko abanyamahanga bari so proud to be in Burundi

nyamba wemeranya nanje bandanya ugira na tuzoze turaganira kuvyunguka, mutibagira kugira commande yivyo mushaka ko tubakorera

🏗️ Construction & Architecture
⚡ Electrical Installation
🪚 Carpentry / Menuiserie
🪟 Glazing / Vitrierie
🔧 Welding / Metal Works

tel: +25761345168

hamwe na Clibari Burundi construction company we work and built to deliver

ibintu vyose iyo bibaye mubwumvikane akazi karagenda neza. twabazabiye nama sofa ameze neza knd agezweho mukaba muzikund...
12/08/2026

ibintu vyose iyo bibaye mubwumvikane akazi karagenda neza. twabazabiye nama sofa ameze neza knd agezweho mukaba muzikunda knd muzikeneye karibu muri founiture turabakorera knd tugash*tsa ivyo twasezeranye

ikibanza nicakindi nyene marché mutanga nord kukiraro ca ntahangwa

tel: 61345168 call and watsp

mbe mwoba muzi ko iyo umuntu akeneye salon nziza knd ikozwe neza atahandi ayikura atari muruganda rwizewe knd rukora nez...
11/08/2026

mbe mwoba muzi ko iyo umuntu akeneye salon nziza knd ikozwe neza atahandi ayikura atari muruganda rwizewe knd rukora neza ivyo mwipfuza vyose karibu muri fourniture tubakorere ibintu vyiza mubashe kugira neza aho mubaye kurusha

dukorera kuri mutanga nord kugira mudutore vyoroshe mwotwandikira kuri watsp +25761345168

19/06/2026

installation des cuisines modernes

+257 72302194

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Clibari Burundi Construction Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed engineering company?

Share