Search a job

Search a job Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Search a job, Chemical company, Makamba, Bujumbura.

17/07/2022
πŸ›‘πŸš¨ : DONE DEAL! FC BARCELONA yasinyishije ROBERT LEWANDOWSKI πŸ˜πŸ”΅πŸ”΄πŸ”₯πŸ”₯Bayern Munich yamaze kubwira FC Barcelona ko yemeye ub...
16/07/2022

πŸ›‘πŸš¨ : DONE DEAL! FC BARCELONA yasinyishije ROBERT LEWANDOWSKI πŸ˜πŸ”΅πŸ”΄πŸ”₯πŸ”₯

Bayern Munich yamaze kubwira FC Barcelona ko yemeye ubusabe bwayo kuri Robert Lewandowski

Imiriyoni 45€ guteranya imiriyoni 5€ zizova m'uturusho

PSG na Chelsea zaramurabira hafi ariko Lewandowski wΔ“we yashaka gusinya muri Fc Barcelona gusa. Nta wundi mugwi yashaka

Azokwerekanwa nk'umukinyi wayo vuba

Abafana ba Fc Barcelona mwakiriye gute gusinyisha umwe mu basatirizi beza kuri iyi si , Robert Lewandowski ??πŸ€”

Nimuze mumwakire πŸ”΅πŸ”΄πŸ”₯πŸ”₯

πŸš¨πŸ”΅ Kalidou Koulibaly : HERE WE GO!πŸ”΅Chelsea yamaze kumvikana na Napoli gusinyisha Kalidou KoulibalyImiriyoni 40€ zirimwo ...
14/07/2022

πŸš¨πŸ”΅ Kalidou Koulibaly : HERE WE GO!πŸ”΅

Chelsea yamaze kumvikana na Napoli gusinyisha Kalidou Koulibaly

Imiriyoni 40€ zirimwo n'uturusho zatanzwe na The Blues kuri Koulibaly, Napoli yamaze kuzemera

Koulibaly azosinya amasezerano y'igihe kirekire muri Chelsea inyuma yo gukora ibipimo vy'abaganga

Umushahara uzoba uri mu miriyoni 10€ ku mwaka

Niwe mukinyi wa kabiri Chelsea isinyishe muri ir'ici inyuma ya Raheem Sterling

Ntibirarangira kuri Chelsea kuko Nathan AkΓ© wa Man City aracari mu Kibanza ca mbere muri ba myugariro ishaka...kandi siwe wenyene

Thomas Tuchel yemerewe abakinyi batandatu muri ir'ici... abandi baracaza

Abafana ba The Blues mwakiriye gute gusinyisha Koulibaly??πŸ‡ΈπŸ‡³

πŸ”΅πŸ”΅πŸ”₯

Address

Makamba
Bujumbura
5586

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Search a job posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share