Fabrimetal Burundi

Fabrimetal Burundi Your Partner in Steel

Quality steel, made in Burundi ! https://www.instagram.com/fabrimetalburundi/
(1)

Hari ba sebibondo bazindukira ku mirimo berekeza FABRIMETAL BURUNDI . Urwaruka  rwize umwuga wabwo muri mw’ihinguriro FA...
10/06/2026

Hari ba sebibondo bazindukira ku mirimo berekeza FABRIMETAL BURUNDI . Urwaruka rwize umwuga wabwo muri mw’ihinguriro FABRIMETAL BURUNDI.

Imigwi y’abakozi bazi neza kuvyo barangura ku munsi ku munsi bizokoreshwa mu mihingo yose y’igihugu kandi bavyishimira cane.

08/06/2026
Kuri uyu munsi mukuru wahariwe gukunda no gukundisha igihugu, Fabrimetal Burundi irifadikanije n’abarundi n’abarundikazi...
08/06/2026

Kuri uyu munsi mukuru wahariwe gukunda no gukundisha igihugu, Fabrimetal Burundi irifadikanije n’abarundi n’abarundikazi mu guhimbaza uyu munsi mukuru mu bumwe no mubikorwa; ikaba yama yishimira kuba inyishu ndundi ku bibazo vy’abarundi bose.

FABRIMETAL BURUNDI: inkomezi zacu kubw’inyubakwa zanyu

Votre chantier mérite le meilleur.Chez Fabrimetal, nous ne livrons pas seulement de l'acier,nous livrons de la confiance...
08/06/2026

Votre chantier mérite le meilleur.
Chez Fabrimetal, nous ne livrons pas seulement de l'acier,nous livrons de la confiance, de la qualité et un soutien à chaque étape de votre projet.

🇧🇮 Une usine locale, pensée pour les réalités burundaises.

05/06/2026

Fiers de notre impact, engagés pour l'avenir ! 🇧🇮✨

Chez Fabrimetal Burundi, nous transformons bien plus que de l’acier. En tant qu'unique acteur de notre secteur, nous mettons l'excellence internationale au service du développement local par le recyclage, la création d'emplois et le soutien actif à la croissance économique de notre pays.

Ce mois-ci, plongez au cœur de notre usine et découvrez ce qui fait de Fabrimetal une véritable fierté nationale.
Suivez notre aventure et construisons, ensemble, l'avenir du Burundi.

Depuis votre première commande jusqu'à la dernière poutre posée, Fabrimetal Burundi est à vos côtés.Parce que la confian...
05/06/2026

Depuis votre première commande jusqu'à la dernière poutre posée, Fabrimetal Burundi est à vos côtés.

Parce que la confiance se construit comme une bonne structure : solide, durable et bien ancrée.
Merci de nous faire confiance. Nous en faisons notre engagement le plus précieux.

Dans un secteur où la qualité de l'acier est impossible à évaluer à l'œil nu, la transparence ne peut pas rester une pos...
03/06/2026

Dans un secteur où la qualité de l'acier est impossible à évaluer à l'œil nu, la transparence ne peut pas rester une posture : et chez FABRIMETAL, elle ne l'est pas certificats internationaux, processus qualité documenté, invitation ouverte à visiter l’usine et cela régulierement

→ Vous n’y croyez pas ? Venez tester par vous-même.

Kuwa 28 rusama 2026, Fabrimetal Burundi ryaratewe iteka no gutumirwa mu birori vyo kugurura icese ihayanishwa ndundi, ak...
01/06/2026

Kuwa 28 rusama 2026, Fabrimetal Burundi ryaratewe iteka no gutumirwa mu birori vyo kugurura icese ihayanishwa ndundi, akaryo ko gushira imbere ibikorwa n’ibikoresho bikorerwa mu Burundi.

Iryo hayanishwa rikomakomeye rikazorema ku ncuro ya mbere iminsi 10, kuva kuwa 25 rusama gushika ku wa 3 Ruheshi, Fabrimetal ikaba yishimye no guserukira ubushobozi bw’ubuhinguriro ndundi muriryo hayanishwa.

Kubagiye barafata ijambo, haravuzwe ahanini :

 Uguhesha agaciro ibikorwa n’ ibikoresho bikorerwa mu Burundi
 Guteza Imbere amahinguriro mu burundi
 No guhimiriza gukoresha ibikoresho bikorerwa aha Iwacu i burundi

Kuko guteza imbere amahinguriro yacu ni ugutanga akazi ku rwaruka rwacu no kubaka kazoza keza rusangi .

Turabahaye ikaze gushika kuwa 3 Ruheshi mwirabire ivyiza vy’ivyuma, n’ibikoresho bikorewa aha Iwacu

La confiance se bâtit étape par étape comme la transformation vers l'acier robuste de fabrimetal Chez FABRIMETAL, chaque...
01/06/2026

La confiance se bâtit étape par étape comme la transformation vers l'acier robuste de fabrimetal

Chez FABRIMETAL, chaque étape de fabrication du trillage des matières premières au laminage est maîtrisée et documentée.
→ FABRIMETAL BURUNDI la rigueur de l’invisible.

29/05/2026

Alice amaze imyaka irenga ibiri akorera FABRIMETAL BURUNDI ku machini yo mugisata ca “PACKING BED”, aratuyagira ingene yize uwo mwuga nico vyamwunguye mu buzima bwiwe agashobora kwitunga we n'umuryango wiwe. Agashimira fabrimetal kubw’ubumenyi nubw’itange bwabo mu kudatoranya abantu kubitsina, ahubwo bagaha ubumenyi n’ubuzi kuri bose.

Si akazi gusa, ni n’ubuzima buhinduka.

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 13:00

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fabrimetal Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share