Iwacu Construction Multiservices

Iwacu Construction Multiservices Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Iwacu Construction Multiservices, Construction Company, Burundi/Bujumbura/mukaza Q :Rohero-Avenue MOSO nº6, Bujumbura.

IWACU CONSTRUCTION MULTI SERVICES (SURL / LTD)
– Génie civil & services associés : Topographie, Génie rural,Génie environnemental, Fourniture

📍Bujumbura – Rohero, Avenue Moso n°6
[email protected]
📞 +25762108854
Notre mission est votre succès.

𝗡𝗧𝗜𝗧𝗪𝗨𝗕𝗔𝗞𝗔 𝗜𝗡𝗭𝗨 𝗭𝗢𝗞𝗨𝗕𝗔𝗠𝗪𝗢 𝗚𝗨𝗦𝗔, 𝗧𝗨𝗥𝗨𝗕𝗔𝗞𝗔 𝗡'𝗜𝗩𝗬𝗜𝗕𝗨𝗧𝗦𝗢 𝗩𝗬𝗔 𝗞𝗔𝗛𝗜𝗦𝗘 𝗞𝗘𝗭𝗔 𝗞'𝗨𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜🇧🇮_______________________________________...
29/05/2026

𝗡𝗧𝗜𝗧𝗪𝗨𝗕𝗔𝗞𝗔 𝗜𝗡𝗭𝗨 𝗭𝗢𝗞𝗨𝗕𝗔𝗠𝗪𝗢 𝗚𝗨𝗦𝗔, 𝗧𝗨𝗥𝗨𝗕𝗔𝗞𝗔 𝗡'𝗜𝗩𝗬𝗜𝗕𝗨𝗧𝗦𝗢 𝗩𝗬𝗔 𝗞𝗔𝗛𝗜𝗦𝗘 𝗞𝗘𝗭𝗔 𝗞'𝗨𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜🇧🇮
_____________________________________________

Inyuma y’ibikorwa vya Topographie twakoze mukibanza kiri ku mutumba RUTAMBIRO, Zone KANKIMA, Komine RWIBAGA mu ntara ya BUJUMBURA, (Fyonda aha urabe iyo nkuru👉 https://www.facebook.com/share/p/18tggce8Fp/ ) ibikorwa vyarateye iyindi ntambwe nshasha kandi ihambaye cane.

Abahinga ba Iwacu Construction Multiservices baragiye hamwe baratuganya ibicapo (plans) vy’ibikorwa bizotunganirizwa muri ico kibanza.

Muri ako gace hateguriwe kuja ibikorwa vy’iterambere, vyoguha icubahiro kinini kahise keza k’Uburundi hamwe no gukwega ingenzi.

𝗡𝗶 𝘂𝗸𝘂𝘃𝘂𝗴𝗮 𝗸𝗼 𝗺𝘂𝗿𝗶 𝗶𝗰𝗼 𝗸𝗶𝗯𝗮𝗻𝘇𝗮 𝗵𝗮𝘁𝗲𝗴𝘂𝘄𝗲 𝗸𝗼 𝗵𝗮𝘇𝗼𝗸𝘄𝘂𝗯𝗮𝗸𝘄𝗮 𝗶𝘃𝘆𝗶𝗯𝘂𝘁𝘀𝗼 𝘃𝘆'𝗶𝗻𝘁𝘄𝗮𝗿𝗶 𝘇’𝗨𝗯𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝘇𝗮𝗸𝗼𝘇𝗲 𝗶𝗯𝗶𝗸𝗼𝗿𝘄𝗮 𝗯𝗶𝗵𝗮𝗺𝗯𝗮𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗴𝘂𝘁𝘂𝗺𝗮 𝗶𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗰𝗮𝗰𝘂 𝗸𝗶𝗯𝗮 𝗶𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗴𝗶𝘁𝘂𝗻𝗴𝗮𝗻𝘆𝗲 𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗴𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗮 𝘂𝘆𝘂 𝗺𝘂𝘀𝗶. 𝗔𝗵𝗼 𝘁𝘄𝗼𝘃𝘂𝗴𝗮 𝗻𝗸𝗮:

• 𝗣𝗲𝗿𝗲𝘇𝗶𝗱𝗮 𝗠𝗲𝗹𝗰𝗵𝗶𝗼𝗿 𝗡𝗗𝗔𝗗𝗔𝗬𝗘
• 𝗨𝗺𝘂𝗴𝗮𝗻𝘄𝗮 𝗟𝗼𝘂𝗶𝘀 𝗥𝗪𝗔𝗚𝗔𝗦𝗢𝗥𝗘
• 𝗨𝗺𝘄𝗮𝗺𝗶 𝗡𝗧𝗔𝗥𝗘 𝗥𝗨𝗦𝗛𝗔𝗧𝗦𝗜
• 𝗨𝗺𝘄𝗮𝗺𝗶 𝗠𝗪𝗘𝗭𝗜 𝗚𝗜𝗦𝗔𝗕𝗢....

hamwe n’izindi ntwari zaranze kahise k'Uburundi.

Izo plans zakozwe mu buhinga no mu bwitonzi, muntumbero yo gutanga ishusho nziza y’aho hantu cane cane ko hazobera ibikorwa vyinshi bitandukanye nk'uko twabivuze hejuru.

🗣𝗥𝗲𝗿𝗼 𝘁𝘂𝗿𝗮𝘀𝗵𝗶𝗺𝗶𝘆𝗲 𝗰𝗮𝗻𝗲 𝗮𝗯𝗮𝘁𝘄𝗶𝘇𝗶𝗴𝗶𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗿𝗶 𝘂𝘆𝘂 𝗺𝘂𝗴𝗮𝗺𝗯𝗶 𝗸𝗮𝗻𝗱𝗶 𝘁𝘂𝗸𝗮𝗯𝗮𝗻𝗱𝗮𝗻𝘆𝗮 𝗱𝘂𝗵𝗮𝗺𝗮𝗴𝗮𝗿𝗶𝗿𝗮 𝗮𝗯𝗮𝗻𝘁𝘂 𝗯𝗼𝘀𝗲 𝗯𝗶𝗽𝗳𝘂𝘇𝗮 𝗶𝗯𝗶𝗸𝗼𝗿𝘄𝗮 𝘃𝘆’𝘂𝗯𝘄𝘂𝗯𝗮𝘁𝘀𝗶, 𝗮𝗺𝗮 𝗽𝗹𝗮𝗻𝘀, 𝘁𝗼𝗽𝗼𝗴𝗿𝗮𝗽𝗵𝗶𝗲 𝗰𝗮𝗻𝗸𝗲 𝗶𝘆𝗶𝗻𝗱𝗶 𝗺𝗶𝗴𝗮𝗺𝗯𝗶 𝗶𝗷𝗮𝗻𝘆𝗲 𝗻'𝗶𝗻𝘆𝘂𝗯𝗮𝗸𝘄𝗮, 𝗸𝘄𝗲𝗴𝗲𝗿𝗮 𝗜𝗪𝗔𝗖𝗨 𝗖𝗢𝗡𝗦𝗧𝗥𝗨𝗖𝗧𝗜𝗢𝗡 𝗠𝗨𝗟𝗧𝗜𝗦𝗘𝗥𝗩𝗜𝗖𝗘𝗦.

🚖 Muturonka vyoroshe mu gisagara ca 𝐁𝐔𝐉𝐔𝐌𝐁𝐔𝐑𝐀, 𝐑𝐎𝐇𝐄𝐑𝐎, 𝐀𝐕𝐄𝐍𝐔𝐄 𝐌𝐎𝐒𝐎, 𝐍𝐔𝐌𝐄𝐑𝐎 𝟔 (𝐀𝐡𝐚𝐡𝐨𝐳𝐞 𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐈𝐌𝐏𝐄𝐑𝐈𝐀𝐋) canke muduhamagare kuri:
📞 +257 66 766 766
💬 WhatsApp : +257 62 10 88 54
✉️ [email protected]

𝗜𝗡𝗬𝗨𝗕𝗔𝗞𝗪𝗔 𝗡𝗭𝗜𝗭𝗔, 𝗜𝗛𝗘𝗥𝗔 𝗞𝗨 𝗠𝗨𝗦𝗛𝗜𝗡𝗚𝗘𝗡’𝗜𝗡𝗞𝗜𝗡𝗚𝗜 𝗕𝗜𝗞𝗢𝗠𝗘𝗬𝗘 ___________________________________________Mu bikorwa vy’ubwubatsi,...
19/05/2026

𝗜𝗡𝗬𝗨𝗕𝗔𝗞𝗪𝗔 𝗡𝗭𝗜𝗭𝗔, 𝗜𝗛𝗘𝗥𝗔 𝗞𝗨 𝗠𝗨𝗦𝗛𝗜𝗡𝗚𝗘
𝗡’𝗜𝗡𝗞𝗜𝗡𝗚𝗜 𝗕𝗜𝗞𝗢𝗠𝗘𝗬𝗘
___________________________________________

Mu bikorwa vy’ubwubatsi, intambwe yose iba ifise akamaro kanini. Ariko kugira umushinge ukomeye no kuduza inkingi zikomeye vyovyo bisaba ubwenge n'ukuba maso cane. Uyu musi reka tubereke kimwe mubikorwa vyacu biriko biratera imbere neza cane. Ni inzu tuzogereka gatatu (3), tukaba turiko tuyubakana ubwenge n'ubuhinga kuva ku ntango gushika ku musozo.

🏗𝗜𝘆𝗼 𝗻𝘆𝘂𝗯𝗮𝗸𝘄𝗮 𝗶𝘇𝗼𝗯𝗮 𝗶𝗴𝗶𝘇𝘄𝗲:

- 𝗡'𝗶𝘃𝘆𝘂𝗺𝗯𝗮 𝗶𝗰𝗲𝗻𝗱𝗮 (𝟵 𝗖𝗵𝗮𝗺𝗯𝗿𝗲𝘀 )
- 𝗔𝗺𝗮 𝗦𝗮𝗹𝗼𝗻𝘀 𝗮𝘁𝗮𝘁𝘂 (𝟯 𝗦𝗮𝗹𝗼𝗻𝘀)
- 𝗔𝗺𝗮 𝘁𝗼𝗶𝗹𝗹𝗲𝘁𝘁𝗲𝘀 𝗻𝗮 𝗱𝗼𝘂𝗰𝗵𝗲𝘀 𝗶𝗻𝗱𝘄𝗶 (𝟳 𝗦𝗮𝗹𝗹𝗲𝘀 𝗱𝗲 𝗯𝗮𝗶𝗻𝘀)

𝗠.𝗡: 𝗜𝗴𝗼𝗿𝗼𝗳𝗮 𝘆𝗮 𝗴𝗮𝘁𝗮𝘁𝘂 (𝗡𝗶𝘃𝗲𝗮𝘂 𝟰) 𝗶𝗴𝗶𝘇𝘄𝗲 𝗻𝗮 𝗧𝗲𝗿𝗿𝗮𝘀𝘀𝗲 𝗶𝗳𝗶𝘀𝗲 𝗩𝗲𝗿𝗮𝗻𝗱𝗮 𝗻𝘇𝗶𝘇𝗮 𝘆𝗼 𝗸𝘂𝗿𝘂𝗵𝘂𝗸𝗶𝗿𝗮𝗺𝘄𝗼 𝗻𝗼 𝗸𝘄𝗮𝗸𝗶𝗿𝗶𝗿𝗮𝗺𝘄𝗼 𝗮𝗯𝗮𝘀𝗵𝗶𝘁𝘀𝗶.

👷🏾‍♂️ Muri Iwacu Construction Multiservices twama dushira imbere ubuhinga, ubwiza n’ubukomezi kugira duhe abakiriya bacu inyubakwa zijanye n’ibihe kandi zibahesha icubahiro mukibano
---------------------------------------------------------------------------
𝗔𝗯𝗶𝗽𝗳𝘂𝘇𝗮 𝗴𝘂𝗸𝗼𝗿𝗮𝗻𝗮 𝗻𝗮 𝗜𝗪𝗔𝗖𝗨 𝗖𝗢𝗡𝗦𝗧𝗥𝗨𝗖𝗧𝗜𝗢𝗡 𝗠𝗨𝗟𝗧𝗜𝗦𝗘𝗥𝗩𝗜𝗖𝗘𝗦, 𝘁𝘂𝗿𝗮𝗯𝗮𝗵𝗮𝘆𝗲 𝗸𝗮𝘇𝗲!

🚖🚖 Muturonka vyoroshe mudusanze aho dukorera mu gisagara ca 𝐁𝐔𝐉𝐔𝐌𝐁𝐔𝐑𝐀, 𝐑𝐎𝐇𝐄𝐑𝐎, 𝐀𝐕𝐄𝐍𝐔𝐄 𝐌𝐎𝐒𝐎, 𝐍𝐔𝐌𝐄𝐑𝐎 𝟔 (𝐀𝐡𝐚𝐡𝐨𝐳𝐞 𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐈𝐌𝐏𝐄𝐑𝐈𝐀𝐋).

📞Canke naho mutwakure 𝗸𝘂𝗿𝗶: +𝟮𝟱𝟳 𝟲𝟲 𝟳𝟲𝟲 𝟳𝟲𝟲 , 📱mutwandikire kuri Whatsapp: +𝟮𝟱𝟳 62 10 88 54
📧 𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗘𝗺𝗮𝗶𝗹: 𝗶𝗻𝗳𝗼@𝗶𝘄𝗮𝗰𝘂𝗰𝗼𝗺𝘂𝗹𝘁𝗶.𝗰𝗼𝗺
-----------------------------------------------------------------------
TURABAHAYE KAZE MWESE, MUZE TUBAKORERE IBINTU BIMEZE NEZA KANDI BIFISE UBUKOMEZI BUTAGIRA AKANENGE.

Iwacu Construction Multiservices  IRABIPFURIJE WEEKEND NZIZA MWESE------------------------------------------------------...
16/05/2026

Iwacu Construction Multiservices IRABIPFURIJE WEEKEND NZIZA MWESE
-----------------------------------------------------------------------
Weekend ni akanya keza ko kuruhuka no kunezerwa inyuma y’ibikorwa vya minsi yose.

Akazi ni ngirakamaro, ariko mu buzima umuntu arakeneye akanya ko kuryoherwa no kuruhuka.

Nuko rero mugende mwitemwo akantu. Mwibuke kuduhamagara, tweho kuri Chantier niho bibera. Karibu 😃

WEEKEND NZIZA MWESE 🍺 🍻

___________________________________________

Abipfuza gukorana na IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES, turabahaye kaze!

🚖🚖 Muturonka vyoroshe mudusanze aho dukorera mu gisagara ca 𝐁𝐔𝐉𝐔𝐌𝐁𝐔𝐑𝐀, 𝐑𝐎𝐇𝐄𝐑𝐎, 𝐀𝐕𝐄𝐍𝐔𝐄 𝐌𝐎𝐒𝐎, 𝐍𝐔𝐌𝐄𝐑𝐎 𝟔 (𝐀𝐡𝐚𝐡𝐨𝐳𝐞 𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐈𝐌𝐏𝐄𝐑𝐈𝐀𝐋).
Canke naho mutwakure 𝗸𝘂𝗿𝗶: +𝟮𝟱𝟳 62 10 88 54
𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗘𝗺𝗮𝗶𝗹: 𝗶𝗻𝗳𝗼@𝗶𝘄𝗮𝗰𝘂𝗰𝗼𝗺𝘂𝗹𝘁𝗶.𝗰𝗼𝗺
-----------------------------------------------------------------------
TURABAHAYE KAZE MWESE, MUZE TUBAKORERE IBINTU BIMEZE NEZA KANDI BIFISE UBUKOMEZI BUTAGIRA AKANENGE.

13/05/2026

𝗨𝗡 𝗣𝗥𝗢𝗝𝗘𝗧 𝗣𝗘𝗡𝗦É 𝗣𝗢𝗨𝗥 𝗟𝗘 𝗖𝗢𝗡𝗙𝗢𝗥𝗧, 𝗟’𝗘𝗦𝗣𝗔𝗖𝗘 𝗘𝗧 𝗟𝗔 𝗠𝗢𝗗𝗘𝗥𝗡𝗜𝗧É.
-------------------------------------------------------------------
🎥Dans cette nouvelle réalisation, Iwacu Construction Multiservices vous présente une maison moderne conçue pour offrir un cadre de vie confortable, élégant et fonctionnel.

𝗖𝗲𝘁𝘁𝗲 𝗿é𝘀𝗶𝗱𝗲𝗻𝗰𝗲 𝗰𝗼𝗺𝗽𝗿𝗲𝗻𝗱 :
— 𝟰 𝗰𝗵𝗮𝗺𝗯𝗿𝗲𝘀 𝗺𝗼𝗱𝗲𝗿𝗻𝗲𝘀 𝗲𝘁 𝘀𝗽𝗮𝗰𝗶𝗲𝘂𝘀𝗲𝘀
— 𝘂𝗻 𝗴𝗿𝗮𝗻𝗱 𝘀𝗮𝗹𝗼𝗻 𝗹𝘂𝗺𝗶𝗻𝗲𝘂𝘅
— 𝘂𝗻 𝗷𝗮𝗿𝗱𝗶𝗻 𝗮𝗺é𝗻𝗮𝗴é
— 𝘂𝗻 𝗽𝗮𝗿𝗸𝗶𝗻𝗴 𝗽𝗼𝘂𝘃𝗮𝗻𝘁 𝗮𝗰𝗰𝘂𝗲𝗶𝗹𝗹𝗶𝗿 𝗱𝗲 𝟮 à 𝟯 𝘃é𝗵𝗶𝗰𝘂𝗹𝗲𝘀
— 𝗱𝗲𝘀 𝗳𝗶𝗻𝗶𝘁𝗶𝗼𝗻𝘀 𝘀𝗼𝗶𝗴𝗻é𝗲𝘀 𝗲𝘁 𝘂𝗻 𝗲𝗻𝘃𝗶𝗿𝗼𝗻𝗻𝗲𝗺𝗲𝗻𝘁 𝗮𝗴𝗿é𝗮𝗯𝗹𝗲

🎯 Notre objectif est de créer des maisons qui allient qualité, esthétique et durabilité, tout en répondant aux besoins réels de nos clients.

🏗️ Chaque projet que nous réalisons reflète notre engagement envers l’excellence, la solidité et le professionnalisme.

----------------------------------------------------------------------
𝐕𝐨𝐮𝐬 𝐚𝐯𝐞𝐳 𝐮𝐧 𝐩𝐫𝐨𝐣𝐞𝐭 𝐝𝐞 𝐜𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 ?
𝐅𝐚𝐢𝐭𝐞𝐬 𝐜𝐨𝐧𝐟𝐢𝐚𝐧𝐜𝐞 à IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES 𝐩𝐨𝐮𝐫 𝐮𝐧𝐞 𝐬𝐮𝐫𝐯𝐞𝐢𝐥𝐥𝐚𝐧𝐜𝐞 𝐫𝐢𝐠𝐨𝐮𝐫𝐞𝐮𝐬𝐞, 𝐮𝐧 𝐬𝐮𝐢𝐯𝐢 𝐭𝐞𝐜𝐡𝐧𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐩𝐫𝐨𝐟𝐞𝐬𝐬𝐢𝐨𝐧𝐧𝐞𝐥 𝐞𝐭 𝐮𝐧 𝐜𝐨𝐧𝐭𝐫ô𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐪𝐮𝐚𝐥𝐢𝐭é 𝐜𝐨𝐧𝐟𝐨𝐫𝐦𝐞 𝐚𝐮𝐱 𝐧𝐨𝐫𝐦𝐞𝐬 𝐞𝐧 𝐯𝐢𝐠𝐮𝐞𝐮𝐫.

𝙍𝙚𝙩𝙧𝙤𝙪𝙫𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙛𝙖𝙘𝙞𝙡𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 à 𝘽𝙐𝙅𝙐𝙈𝘽𝙐𝙍𝘼, 𝙍𝙊𝙃𝙀𝙍𝙊, 𝘼𝙑𝙀𝙉𝙐𝙀 𝙈𝙊𝙎𝙊, 𝙉𝙐𝙈É𝙍𝙊 6 (𝙖𝙣𝙘𝙞𝙚𝙣𝙣𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 𝙗𝙖𝙧 𝙄𝙈𝙋𝙀𝙍𝙄𝘼𝙇).

𝙊𝙪 𝙘𝙤𝙣𝙩𝙖𝙘𝙩𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙥𝙖𝙧 𝙩é𝙡é𝙥𝙝𝙤𝙣𝙚 : +257 62 10 88 54 𝙤𝙪 𝙥𝙖𝙧 𝙚𝙢𝙖𝙞𝙡 : 𝙞𝙣𝙛𝙤@𝙞𝙬𝙖𝙘𝙪𝙘𝙤𝙢𝙪𝙡𝙩𝙞.𝙘𝙤𝙢
----------‐----------------------------
Bienvenue à tous ! Ensemble, construisons des ouvrages de qualité, solides et durables.

𝗨𝗠𝗨𝗞𝗢𝗭𝗜 𝗔𝗛𝗔𝗪𝗘 𝗔𝗚𝗔𝗖𝗜𝗥𝗢 𝗔𝗚𝗪𝗜𝗭𝗔 𝗨𝗠𝗪𝗜𝗠𝗕𝗨__________________________________________👷🏾‍♂️Mugihe twaraye duhimbaje Umunsi Mpuza...
02/05/2026

𝗨𝗠𝗨𝗞𝗢𝗭𝗜 𝗔𝗛𝗔𝗪𝗘 𝗔𝗚𝗔𝗖𝗜𝗥𝗢 𝗔𝗚𝗪𝗜𝗭𝗔 𝗨𝗠𝗪𝗜𝗠𝗕𝗨
__________________________________________

👷🏾‍♂️Mugihe twaraye duhimbaje Umunsi Mpuzamakungu wahariwe Akazi n'abakozi, twashaka dufate aka kanya twibutse abarongoye amashirahamwe ko kubana neza, gukorana neza n’ugushiraho icuka ciza hagati y’abakozi n’ababakoresha ari ikintu gikomeye cane mw'iterambere ry'ishirahamwe . Rero Gufata akanya ko gusangira no kuyaga n’abakozi bawe ni ngirakamaro mu konoza umubano mwiza kandi urama.

🏗 𝗠𝘂𝗿𝗶 Iwacu Construction Multiservices , 𝗶𝗿𝘆𝗼 𝗯𝗮𝗻𝗴𝗮 𝘁𝘂𝗿𝗮𝗺𝗮𝘇𝗲 𝗸𝘂𝗿𝗶𝗺𝗲𝗻𝘆𝗮 𝗸𝗮𝗻𝗱𝗶 𝘁𝘂𝗿𝗮𝗿𝗶𝘀𝗵𝗶𝗿𝗮 𝗺𝘂𝗻𝗴𝗶𝗿𝗼 𝗻𝗸'𝘂𝗸𝗼 𝗺𝘂𝗯𝗶𝗯𝗼𝗻𝗮 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗮𝘆𝗮 𝗺𝗮𝘀𝗮𝗻𝗮𝗺𝘂. 𝗪𝗶𝗵𝘄𝗲𝗷𝗲 𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗻𝘁𝗶𝘄𝗼𝘁𝗮𝗻𝗱𝘂𝗸𝗮𝗻𝘆𝗮 𝘂𝗺𝘂𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝘂𝗺𝘂𝗸𝗼𝗿𝗲𝘀𝗵𝗮, 𝗯𝗼𝘀𝗲 𝗻𝗶 𝗯𝗮𝗺𝘄𝗲. 𝗜𝘃𝘆𝗼 𝘃𝘆𝗼𝘀𝗲 𝘁𝘂𝗯𝗶𝗳𝗮𝘁𝗮 𝗻𝗸𝗮𝗺𝗮 𝗸𝘂𝗸𝗼 𝘁𝘂𝗺𝗮𝘇𝗲 𝗴𝘂𝘁𝗮𝗵𝘂𝗿𝗮 𝘁𝘂𝗱𝗮𝗸𝗲𝗸𝗲𝗿𝗮𝗻𝘆𝗮 𝗸𝗼 𝗶𝗻𝘆𝘂𝗯𝗮𝗸𝗼 𝘇𝗶𝗸𝗼𝗺𝗲𝘆𝗲 𝘇𝗶𝘇𝗮 𝗺𝘂𝗴𝗶𝗵𝗲 𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗯𝗼𝘀𝗲 𝗯𝘂𝗻𝘇𝗲 𝘂𝗯𝘂𝗺𝘄𝗲.

😅😅Erega rimwe rimwe, iyo uri umuyobozi mwiza (cane cane ukorera muvy'inyubako) birasaba ko usiga vya bibanza vyiza (VIP) ukaja gasangira n’abafundi inyama zokejwe kuma Fer à béton kw'ishantiye (Chantier). Burya ubuyobozi nyabwo buri mu kwicisha bugufi.

MUGIRE WEEKEND NZIZA RERO 🍻
___________________________________________

Abipfuza gukorana na IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES, turabahage kaze!

🚖🚖 Muturonka vyoroshe mudusanze aho dukorera mu gisagara ca 𝐁𝐔𝐉𝐔𝐌𝐁𝐔𝐑𝐀, 𝐑𝐎𝐇𝐄𝐑𝐎, 𝐀𝐕𝐄𝐍𝐔𝐄 𝐌𝐎𝐒𝐎, 𝐍𝐔𝐌𝐄𝐑𝐎 𝟔 (𝐀𝐡𝐚𝐡𝐨𝐳𝐞 𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐈𝐌𝐏𝐄𝐑𝐈𝐀𝐋).
Canke naho mutwakure 𝗸𝘂𝗿𝗶: +𝟮𝟱𝟳 62 10 88 54
𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗘𝗺𝗮𝗶𝗹: 𝗶𝗻𝗳𝗼@𝗶𝘄𝗮𝗰𝘂𝗰𝗼𝗺𝘂𝗹𝘁𝗶.𝗰𝗼𝗺
-----------------------------------------------------------------------
TURABAHAYE KAZE MWESE, MUZE TUBAKORERE IBINTU BIMEZE NEZA KANDI BIFISE UBUKOMEZI BUTAGIRA AKANENGE.

Iwacu Construction Multiservices vous souhaite une excellente Fête du Travail ! En cette journée spéciale dédiée aux tra...
01/05/2026

Iwacu Construction Multiservices vous souhaite une excellente Fête du Travail !

En cette journée spéciale dédiée aux travailleurs, nous vous adressons nos vœux les plus sincères de bonheur, de succès et d’épanouissement dans toutes vos activités.

Que votre courage, votre engagement et votre détermination continuent de bâtir un avenir meilleur pour tous.

Bonne fête du travail !
— #

At Iwacu Construction Multiservices , we believe that empowering women in engineering and construction builds stronger f...
08/03/2026

At Iwacu Construction Multiservices , we believe that empowering women in engineering and construction builds stronger foundations for our society.

HAPPY INTERNATIONAL WOMEN'S DAY!

𝐔𝐑𝐀𝐅𝐈𝐒𝐄 𝐔𝐌𝐔𝐆𝐀𝐌𝐁𝐈 𝐖𝐎 𝐊𝐖𝐔𝐁𝐀𝐊𝐀 𝐀𝐑𝐈𝐊𝐎 𝐍𝐓𝐔𝐙𝐈 𝐀𝐁𝐎 𝐖𝐈𝐓𝐔𝐑𝐀 ? 𝐈𝐖𝐀𝐂𝐔 𝐂𝐎𝐍𝐒𝐓𝐑𝐔𝐂𝐓𝐈𝐎𝐍 𝐌𝐔𝐋𝐓𝐈𝐒𝐄𝐑𝐕𝐈𝐂𝐄𝐒 𝐍𝐈𝐘𝐎 𝐍𝐘𝐈𝐒𝐇𝐔!!!--------------------...
06/03/2026

𝐔𝐑𝐀𝐅𝐈𝐒𝐄 𝐔𝐌𝐔𝐆𝐀𝐌𝐁𝐈 𝐖𝐎 𝐊𝐖𝐔𝐁𝐀𝐊𝐀 𝐀𝐑𝐈𝐊𝐎 𝐍𝐓𝐔𝐙𝐈 𝐀𝐁𝐎 𝐖𝐈𝐓𝐔𝐑𝐀 ? 𝐈𝐖𝐀𝐂𝐔 𝐂𝐎𝐍𝐒𝐓𝐑𝐔𝐂𝐓𝐈𝐎𝐍 𝐌𝐔𝐋𝐓𝐈𝐒𝐄𝐑𝐕𝐈𝐂𝐄𝐒 𝐍𝐈𝐘𝐎 𝐍𝐘𝐈𝐒𝐇𝐔!!!
----------------------------------------------------------------‐--------

🙏Bakiriya beza namwe bakunzi ba Iwacu Construction Multiservices turabashimira k’ukuntu muguma mutwereka ko kazoza keza kanyu kari mubuhinga bw’ibikorwa vyacu. Natwe tubemereye ko tuzobandanya dukora ibishoboka vyose kugira ngo tugume dushigikira igihugu cacu mw’iterambere ry’ubwubatsi bugezweho.

👤👤👤Rero benshi muri mwebwe muramaze kubitahura kuburyo mutwitura cane, nk’uyu mukiriya yaratwegereye maze tumufasha gutumbereza neza ivyiyumviro yarafise bijanye n’ubwubatsi. Yatweretse ikibanza natwe tumwereka ubuhinga, ivyo twash*tseko ni ibi bikurikira : 𝙄𝙣𝙮𝙪𝙗𝙖𝙠𝙬𝙖 𝙩𝙪𝙯𝙤𝙢𝙬𝙪𝙗𝙖𝙠𝙞𝙧𝙖, 𝙣𝙞 𝙞𝙣𝙯𝙪 𝙮’𝙪𝙠𝙪𝙧𝙖𝙯𝙖 𝙞𝙣𝙜𝙚𝙣𝙯𝙞 𝙗𝙞𝙩𝙖 𝙢𝙪𝙜𝙞𝙛𝙖𝙧𝙖𝙣𝙨𝙖 « 𝙈𝘼𝙄𝙎𝙊𝙉 𝘿𝙀 𝙋𝘼𝙎𝙎𝘼𝙂𝙀 » 𝙞𝙠𝙖𝙗𝙖 𝙠𝙖𝙣𝙙𝙞 𝙞𝙜𝙚𝙧𝙚𝙩𝙨𝙬𝙚 𝙢𝙪𝙗𝙪𝙧𝙮𝙤 𝙢𝙪𝙠𝙪𝙧𝙞𝙠𝙞𝙧𝙖 :

𝟏. 𝐇𝐚𝐭𝐚𝐧𝐠𝐮𝐫𝐚 𝐂𝐀𝐕𝐄 (𝐭𝐰𝐨𝐯𝐮𝐠𝐚 𝐤𝐨 𝐚𝐫𝐢 𝐢𝐧𝐳𝐮 𝐲𝐨 𝐦𝐮𝐬𝐢 𝐲’𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐤𝐚 𝐢𝐭𝐚𝐛𝐨𝐧𝐞𝐤𝐚 𝐡𝐞𝐣𝐮𝐫𝐮)

𝟐. 𝐇𝐚𝐤𝐮𝐫𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚 𝗥𝗲𝘇 𝗱𝗲 𝗰𝗵𝗮𝘂𝘀𝘀é𝗲 (𝗶𝗻𝘇𝘂 𝐲𝐚 𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐢𝐛𝐨𝐧𝐞𝐤𝐚 𝐤𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐤𝐚)

𝟑. 𝐇𝐚𝐠𝐚𝐤𝐮𝐫𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚 É𝐭𝐚𝐠𝐞𝐬 𝐳𝐢𝐛𝐢𝐫𝐢 ( 𝐍’𝐮𝐤𝐮𝐯𝐮𝐠𝐚 𝐮𝐯𝐮𝐲𝐞 𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐑𝐞𝐳 𝐝𝐞 𝐜𝐡𝐚𝐮𝐬𝐬é𝐞, 𝐢𝐧𝐳𝐮 𝐢𝐳𝐨𝐛𝐚 𝐢𝐠𝐢𝐫𝐞𝐭𝐬𝐰𝐞 𝐤𝐚𝐛𝐢𝐫𝐢)

𝟒. 𝐇𝐚𝐦𝐚 𝐡𝐚𝐠𝐚𝐡𝐞𝐫𝐞𝐳𝐚 𝐭𝐞𝐫𝐫𝐚𝐬𝐬𝐞 (𝐢𝐤𝐢𝐛𝐚𝐧𝐳𝐚 𝐠𝐢𝐡𝐞𝐫𝐞𝐳𝐚 𝐡𝐞𝐣𝐮𝐫𝐮 𝐲’𝐢𝐲𝐨 𝐧𝐳𝐮, 𝐚𝐡𝐨 𝐚𝐛𝐚𝐧𝐭𝐮 𝐛𝐚𝐬𝐡𝐨𝐛𝐨𝐫𝐚 𝐠𝐮𝐭𝐞𝐫𝐚𝐦𝐢𝐫𝐚 𝐛𝐚𝐬𝐚𝐦𝐚 𝐚𝐤𝐚𝐲𝐚𝐠𝐚)

📢📢Bakunzi bacu, murabona ko muri IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES ubwubatsi bwacu tutabuyayatako kandi ko ibibanza vyanyu tutabipfisha ubusa. Naho hoba ari hato dupfuma duhera musi kandi no hejuru ntituhasiga, hose turahashira imigambi.

🗣𝗥𝗲𝗿𝗼 𝗻'𝘂𝗯𝘂 𝘁𝘂𝗿𝗮𝘀𝘂𝗯𝗶𝘆𝗲 𝗴𝘂𝘁𝗲𝗿𝗮 𝗮𝗸𝗮𝗺𝗼 𝗮𝗯𝗼 𝗯𝗼𝘀𝗲 𝗯𝗶𝗽𝗳𝘂𝘇𝗮 𝗸𝗼 𝘁𝘂𝗯𝗮𝘁𝘂𝗻𝗴𝗮𝗻𝗶𝗿𝗶𝘇𝗮 𝗶𝗯𝗶𝗸𝗼𝗿𝘄𝗮 𝗯𝗶𝗷𝗮𝗻𝘆𝗲 𝗻'𝘂𝗯𝘄𝘂𝗯𝗮𝘁𝘀𝗶, 𝗵𝗮𝗯𝗮 𝗶𝘃𝘆𝗼 𝗴𝘂𝗽𝗶𝗺𝗮 𝗻𝗼 𝗴𝘂𝘁𝘂𝗻𝗴𝗮𝗻𝘆𝗮 𝗶𝗸𝗶𝗯𝗮𝗻𝘇𝗮 𝗰𝗼 𝗸𝘄𝘂𝗯𝗮𝗸𝗮𝗺𝘄𝗼, 𝗶𝘃𝘆𝗼 𝗴𝘂𝗰𝗮𝗽𝗮 𝗮𝗺𝗮 𝗽𝗹𝗮𝗻, 𝗰𝗮𝗻𝗸𝗲 𝗸𝘄𝘂𝗯𝗮𝗸𝗮 𝗻𝘆𝗲𝘇𝗶𝗻𝗮, 𝗯𝗮𝗻𝘆𝗮𝗿𝗮𝗴𝗮𝘀𝗲 𝘂𝘄𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗺𝘄𝗮𝗸𝗮 𝘂𝘁𝗮𝗿𝗮𝗯𝗮𝗵𝗲𝗿𝗲𝗿𝗮𝗸𝗼.

🤝𝙆𝙖𝙯𝙚 𝙢𝙪𝙧𝙞 IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES 𝙩𝙪𝙗𝙪𝙗𝙖𝙠𝙞𝙧𝙚 𝙞𝙣𝙮𝙪𝙗𝙖𝙠𝙬𝙖 𝙣𝙯𝙞𝙯𝙖 𝙠𝙖𝙣𝙙𝙞 𝙯𝙞𝙠𝙤𝙢𝙚𝙮𝙚, 𝙯𝙞𝙝𝙪𝙮𝙚 𝙣'𝙞𝙫𝙮𝙞𝙥𝙛𝙪𝙯𝙤 𝙫𝙮𝙖𝙣𝙮𝙪 𝙣'𝙞𝙢𝙞𝙜𝙖𝙢𝙗𝙞 𝙮𝙖𝙣𝙮𝙪.

🚖🚖Muturonka vyoroshe mudusanze aho dukorera mu gisagara ca 𝐁𝐔𝐉𝐔𝐌𝐁𝐔𝐑𝐀, 𝐑𝐎𝐇𝐄𝐑𝐎, 𝐀𝐕𝐄𝐍𝐔𝐄 𝐌𝐎𝐒𝐎, 𝐍𝐔𝐌𝐄𝐑𝐎 𝟔 (𝐀𝐡𝐚𝐡𝐨𝐳𝐞 𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐈𝐌𝐏𝐄𝐑𝐈𝐀𝐋).
Canke naho mutwakure 𝗸𝘂𝗿𝗶: +𝟮𝟱𝟳 62 10 88 54
𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗘𝗺𝗮𝗶𝗹: 𝗶𝗻𝗳𝗼@𝗶𝘄𝗮𝗰𝘂𝗰𝗼𝗺𝘂𝗹𝘁𝗶.𝗰𝗼𝗺
-----------------------------------------------------------------------
TURABAHAYE KAZE MWESE, MUZE TUBAKORERE IBINTU BIMEZE NEZA KANDI BIFISE UBUKOMEZI BUTAGIRA AKANENGE.

𝗨𝗡 𝗖𝗛𝗔𝗡𝗧𝗜𝗘𝗥 𝗕𝗜𝗘𝗡 𝗦𝗨𝗜𝗩𝗜, 𝗨𝗡𝗘 𝗜𝗡𝗙𝗥𝗔𝗦𝗧𝗥𝗨𝗖𝗧𝗨𝗥𝗘 𝗕𝗜𝗘𝗡 𝗖𝗢𝗡𝗦𝗧𝗥𝗨𝗜𝗧𝗘.-------------------------------------------------------------...
26/01/2026

𝗨𝗡 𝗖𝗛𝗔𝗡𝗧𝗜𝗘𝗥 𝗕𝗜𝗘𝗡 𝗦𝗨𝗜𝗩𝗜, 𝗨𝗡𝗘 𝗜𝗡𝗙𝗥𝗔𝗦𝗧𝗥𝗨𝗖𝗧𝗨𝗥𝗘 𝗕𝗜𝗘𝗡 𝗖𝗢𝗡𝗦𝗧𝗥𝗨𝗜𝗧𝗘.
--------------------------------------------------------------------------
Dans le cadre des travaux de construction d’un édifice à 4 niveaux (R+2+Cave) réservé aux services de gynécologie, Iwacu Construction Multiservices assure la surveillance et le contrôle technique des travaux.

𝙉𝙤𝙩𝙧𝙚 𝙢𝙞𝙨𝙨𝙞𝙤𝙣 𝙘𝙤𝙣𝙨𝙞𝙨𝙩𝙚 à 𝙫𝙚𝙞𝙡𝙡𝙚𝙧 𝙖𝙪 𝙧𝙚𝙨𝙥𝙚𝙘𝙩 𝙙𝙚𝙨 𝙥𝙡𝙖𝙣𝙨, 𝙙𝙚𝙨 𝙣𝙤𝙧𝙢𝙚𝙨 𝙩𝙚𝙘𝙝𝙣𝙞𝙦𝙪𝙚𝙨, 𝙙𝙚 𝙡𝙖 𝙦𝙪𝙖𝙡𝙞𝙩é 𝙙𝙚𝙨 𝙢𝙖𝙩é𝙧𝙞𝙖𝙪𝙭 𝙚𝙩 𝙙𝙚𝙨 𝙙é𝙡𝙖𝙞𝙨 𝙙’𝙚𝙭é𝙘𝙪𝙩𝙞𝙤𝙣.

🏗🧱C'est Un projet suivi avec sérieux pour garantir des infrastructures sanitaires modernes et durables, contribuant à la Vision 2040–2060.
----------------------------------------------------------------------
𝐕𝐨𝐮𝐬 𝐚𝐯𝐞𝐳 𝐮𝐧 𝐩𝐫𝐨𝐣𝐞𝐭 𝐝𝐞 𝐜𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 ?
𝐅𝐚𝐢𝐭𝐞𝐬 𝐜𝐨𝐧𝐟𝐢𝐚𝐧𝐜𝐞 à IWACU CONSTRUCTION MULTISERVICES 𝐩𝐨𝐮𝐫 𝐮𝐧𝐞 𝐬𝐮𝐫𝐯𝐞𝐢𝐥𝐥𝐚𝐧𝐜𝐞 𝐫𝐢𝐠𝐨𝐮𝐫𝐞𝐮𝐬𝐞, 𝐮𝐧 𝐬𝐮𝐢𝐯𝐢 𝐭𝐞𝐜𝐡𝐧𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐩𝐫𝐨𝐟𝐞𝐬𝐬𝐢𝐨𝐧𝐧𝐞𝐥 𝐞𝐭 𝐮𝐧 𝐜𝐨𝐧𝐭𝐫ô𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐪𝐮𝐚𝐥𝐢𝐭é 𝐜𝐨𝐧𝐟𝐨𝐫𝐦𝐞 𝐚𝐮𝐱 𝐧𝐨𝐫𝐦𝐞𝐬 𝐞𝐧 𝐯𝐢𝐠𝐮𝐞𝐮𝐫.

𝙍𝙚𝙩𝙧𝙤𝙪𝙫𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙛𝙖𝙘𝙞𝙡𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 à 𝘽𝙐𝙅𝙐𝙈𝘽𝙐𝙍𝘼, 𝙍𝙊𝙃𝙀𝙍𝙊, 𝘼𝙑𝙀𝙉𝙐𝙀 𝙈𝙊𝙎𝙊, 𝙉𝙐𝙈É𝙍𝙊 6 (𝙖𝙣𝙘𝙞𝙚𝙣𝙣𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 𝙗𝙖𝙧 𝙄𝙈𝙋𝙀𝙍𝙄𝘼𝙇).

𝙊𝙪 𝙘𝙤𝙣𝙩𝙖𝙘𝙩𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙥𝙖𝙧 𝙩é𝙡é𝙥𝙝𝙤𝙣𝙚 : +257 62 10 88 54 𝙤𝙪 𝙥𝙖𝙧 𝙚𝙢𝙖𝙞𝙡 : 𝙞𝙣𝙛𝙤@𝙞𝙬𝙖𝙘𝙪𝙘𝙤𝙢𝙪𝙡𝙩𝙞.𝙘𝙤𝙢
----------‐----------------------------
Bienvenue à tous ! Ensemble, construisons des ouvrages de qualité, solides et durables.

🇧🇮 𝐉𝐨𝐮𝐫𝐧é𝐞 𝐝𝐞 𝐦é𝐦𝐨𝐢𝐫𝐞 𝐞𝐭 𝐝’𝐢𝐧𝐬𝐩𝐢𝐫𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧.𝐄𝐧 𝐜𝐞 𝐣𝐨𝐮𝐫 𝐨ù 𝐧𝐨𝐮𝐬 𝐜𝐨𝐦𝐦é𝐦𝐨𝐫𝐨𝐧𝐬 𝐥’𝐚𝐬𝐬𝐚𝐬𝐬𝐢𝐧𝐚𝐭 𝐝𝐮 𝐏𝐫é𝐬𝐢𝐝𝐞𝐧𝐭 𝐌𝐞𝐥𝐜𝐡𝐢𝐨𝐫 𝐍𝐝𝐚𝐝𝐚𝐲𝐞, 𝐡é𝐫𝐨𝐬 ...
21/10/2025

🇧🇮 𝐉𝐨𝐮𝐫𝐧é𝐞 𝐝𝐞 𝐦é𝐦𝐨𝐢𝐫𝐞 𝐞𝐭 𝐝’𝐢𝐧𝐬𝐩𝐢𝐫𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧.

𝐄𝐧 𝐜𝐞 𝐣𝐨𝐮𝐫 𝐨ù 𝐧𝐨𝐮𝐬 𝐜𝐨𝐦𝐦é𝐦𝐨𝐫𝐨𝐧𝐬 𝐥’𝐚𝐬𝐬𝐚𝐬𝐬𝐢𝐧𝐚𝐭 𝐝𝐮 𝐏𝐫é𝐬𝐢𝐝𝐞𝐧𝐭 𝐌𝐞𝐥𝐜𝐡𝐢𝐨𝐫 𝐍𝐝𝐚𝐝𝐚𝐲𝐞, 𝐡é𝐫𝐨𝐬 𝐧𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧𝐚𝐥 𝐞𝐭 𝐬𝐲𝐦𝐛𝐨𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐝é𝐦𝐨𝐜𝐫𝐚𝐭𝐢𝐞 𝐚𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢,
Iwacu Construction Multiservices 𝐫𝐞𝐧𝐝 𝐡𝐨𝐦𝐦𝐚𝐠𝐞 à 𝐬𝐨𝐧 𝐜𝐨𝐮𝐫𝐚𝐠𝐞, à 𝐬𝐚 𝐯𝐢𝐬𝐢𝐨𝐧 𝐞𝐭 à 𝐬𝐨𝐧 𝐞𝐧𝐠𝐚𝐠𝐞𝐦𝐞𝐧𝐭 𝐩𝐨𝐮𝐫 𝐮𝐧 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐮𝐧𝐢 𝐞𝐭 𝐩𝐫𝐨𝐬𝐩è𝐫𝐞.

𝐒𝐨𝐧 𝐞𝐬𝐩𝐫𝐢𝐭 𝐝’𝐮𝐧𝐢𝐭é, 𝐝𝐞 𝐭𝐫𝐚𝐯𝐚𝐢𝐥 𝐞𝐭 𝐝𝐞 𝐫𝐞𝐬𝐩𝐨𝐧𝐬𝐚𝐛𝐢𝐥𝐢𝐭é 𝐜𝐨𝐧𝐭𝐢𝐧𝐮𝐞 𝐝’𝐢𝐧𝐬𝐩𝐢𝐫𝐞𝐫 𝐧𝐨𝐭𝐫𝐞 𝐞𝐧𝐭𝐫𝐞𝐩𝐫𝐢𝐬𝐞 𝐝𝐚𝐧𝐬 𝐥𝐚 𝐜𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐝’𝐮𝐧 𝐚𝐯𝐞𝐧𝐢𝐫 𝐦𝐞𝐢𝐥𝐥𝐞𝐮𝐫 𝐩𝐨𝐮𝐫 𝐭𝐨𝐮𝐬.

---------------------------------------------
👉 Vous avez un projet de construction ? Faites confiance à Iwacu Construction Multiservices pour des ouvrages solides et modernes, en contribution à la Vision 2040-2060.
-------------------------------------------------------------------
𝙍𝙚𝙩𝙧𝙤𝙪𝙫𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙛𝙖𝙘𝙞𝙡𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 à 𝘽𝙐𝙅𝙐𝙈𝘽𝙐𝙍𝘼, 𝙍𝙊𝙃𝙀𝙍𝙊, 𝘼𝙑𝙀𝙉𝙐𝙀 𝙈𝙊𝙎𝙊, 𝙉𝙐𝙈É𝙍𝙊 6 (𝙖𝙣𝙘𝙞𝙚𝙣𝙣𝙚𝙢𝙚𝙣𝙩 𝙗𝙖𝙧 𝙄𝙈𝙋𝙀𝙍𝙄𝘼𝙇).
𝙊𝙪 𝙘𝙤𝙣𝙩𝙖𝙘𝙩𝙚𝙯-𝙣𝙤𝙪𝙨 𝙥𝙖𝙧 𝙩é𝙡é𝙥𝙝𝙤𝙣𝙚 : 62 10 88 54 ,
𝙤𝙪 𝙥𝙖𝙧 𝙚𝙢𝙖𝙞𝙡 : 𝙞𝙣𝙛𝙤@𝙞𝙬𝙖𝙘𝙪𝙘𝙤𝙢𝙪𝙡𝙩𝙞.𝙘𝙤𝙢

----------‐----------------------------

Bienvenue à tous ! Ensemble, construisons des ouvrages de qualité, solides et durables.

Address

Burundi/Bujumbura/mukaza Q :Rohero-Avenue MOSO Nº6
Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:30
Tuesday 08:00 - 17:30
Wednesday 08:00 - 17:30
Thursday 08:00 - 17:30
Friday 08:00 - 17:30
Saturday 08:00 - 17:30
Sunday 10:00 - 14:30

Telephone

+25762108854

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iwacu Construction Multiservices posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Iwacu Construction Multiservices:

Share