Societe Cooperative Codradt

Societe Cooperative Codradt La cooperative CODRADT a des activités duvers: Fabrication des craies,des savons et Apiculture....

18/10/2024
18/10/2024

CODRADT irahamagariye abipfuza kugura ingwa ko zihari kandi kugiciro ciza cane

Sous l'appui du "PAEEJ-Burundi"Jacques NIYONZIMA représentant légal de la CODRADT a formé les Jeunes en metiér de "fabri...
25/01/2023

Sous l'appui du "PAEEJ-Burundi"Jacques NIYONZIMA représentant légal de la CODRADT a formé les Jeunes en metiér de "fabrication des craies".

Umurongozi ajejwe igisata c'ubudandaji muri banki y'urwaruka "BIJE"arikumwe nuwujejwe igenzura muri "FIGA"baherekejwe n'...
11/01/2023

Umurongozi ajejwe igisata c'ubudandaji muri banki y'urwaruka "BIJE"arikumwe nuwujejwe igenzura muri "FIGA"baherekejwe n'uwutwara urwaruka muri commune Butihinda baragendeye koperative "CODRADT ihingura ingwa,igakora nivy'ubworozi bw'inzuki n'ibindi k'umutumba wa Kobero.
Aho bashimiye urwo rwaruka ko rwitwaye neza mukwishura I banki bije ko nayo izoguma irushigikira mumigambi yayo y'iterambere.
Izondongozi zikaba zageye urwo rwaruka kuri uyukwabiri igenekerezo rya 10/01/2023.

Gira akajambo nawe ko gukeza urwo rwaruka.
🎤🎤

Le Représentant légal de la "CODRADT"  NIYONZIMA  participé dans un Forum des Entrepreneurs Réfugiés dans les camps 'Bus...
10/11/2022

Le Représentant légal de la "CODRADT" NIYONZIMA participé dans un Forum des Entrepreneurs Réfugiés dans les camps 'Business Network"organisé par "RET INTERNATIONAL"avec ces partenaires et 4 entrepreneurs du Burundi de la region là ou le Représentant légal de la CODRADT était parmis eux comme des facilitateurs du forum.

Les cadres du RET International rendrent visite la société cooperative des Jeunes CODRADT à kobero-Muyinga pour voir com...
06/10/2022

Les cadres du RET International rendrent visite la société cooperative des Jeunes CODRADT à kobero-Muyinga pour voir comment ces Jeunes fabriquent des Craies scolaires d'une façon moderne.

Urwaruka ruhurikiye muri cooperative CODRADT,ruriko rukora ingwa zizokora mukarere rukoreramwo muntumbero yo kwitegurira...
09/08/2022

Urwaruka ruhurikiye muri cooperative CODRADT,ruriko rukora ingwa zizokora mukarere rukoreramwo muntumbero yo kwitegurira umwaka w'ishure ushira 2022-2023,
Urwo rwaruka ruka ruriko rufasha urundi rwaruka rwamaze amashure nabakiri kuntebe y'ishure narirya beshi bari muburuhuko wabasanga kwirigara mubitagira ikimazi rugera kuri 35 biyongera ku 8bari basanzwe bakora muri cooperative.

Urwaruka rwishi cane cane abanyeshure baka bashimira CODRADT yo atako iri ikora kugira baze bigene nabo baze bashobore kwigurira ikaye nikaramu umwaka utanguye bivuye mubikorwa bariko bakora muri iyo cooperative.

Iyo cooperative ikamesha abipfuza kugira commande y'ingwa kubashobora kuzisanga aho cooperative ikorera I Kobero,kubiro vyayo Muyinga centre 09 ni Bujumbura.
Ari mubaza hamagara kuri nomero zikurikira:
+257 61 157 523, 79 573 695

30/04/2022

CODRADT Burundi aho yariko yakira icegera c'umukuru w'inama nshingamateka,Dc Sabine NTAKIRUTIMANA I kobero aho iyo koperative ihingurira ingwa.irabire nawe uko vyari bimeze.
Hama ugire ico wunganiye urwa rwaruha rwihaye kurwanya ubukene.

27/03/2022

Address

Kobero
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Societe Cooperative Codradt posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Societe Cooperative Codradt:

Share