N.J.P Information de Tout

N.J.P Information de Tout Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from N.J.P Information de Tout, Structural Engineer, 61228751, Bujumbura.

Sรฉnรฉgal yihanganye iragaruka kukibuga raba rero ivyabaye!!!!!!๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†โšฝ๏ธโšฝ๏ธโšฝ๏ธโšฝ๏ธ baciye bagitwara Football  nukuri nibi...
18/01/2026

Sรฉnรฉgal yihanganye iragaruka kukibuga raba rero ivyabaye!!!!!!๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿฅ‡๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†โšฝ๏ธโšฝ๏ธโšฝ๏ธโšฝ๏ธ baciye bagitwara Football nukuri nibitangaza

๐Ÿค "Turateye intege umushikiranganji w'ikigega ca Reta, kuvyo yashikirije igihe aheruka mu nama  ..."--------------------...
03/01/2026

๐Ÿค "Turateye intege umushikiranganji w'ikigega ca Reta, kuvyo yashikirije igihe aheruka mu nama ..."
--------------------
๐Ÿ‘‰๐ŸพKuri uyu munsi igenekerezo rya 29 Kigarama 2025, ishirahamwe ryasohoye umwihwezo waryo aho ritera intege uwo mushikiranganji. Ni inyuma yaho aheruka mu nama Nkenguzamateka, agashikiriza ku vyerekeye amafaranga y'umurengera ariko asabwa n'ishirahamwe rihingura imfumbire ( )

๐ŸŽ™๏ธFaustin Ndikumana arirongoye yagize ati : "Ivyo umushikiranganji w'ikigega ca Reta yashikirije, twagira mbere duse n'abamutera intege kuko ariko ashikiriza ibintu uko biri bigatangura kuja ahabona. Kuko twebwe muvyo duheruka gushikiriza twari twagarutse ku kuntu tubona mu kigega ca Reta amahera aja mu myavu ari umurengera, ama miriyaridi arenga 350 buri mwaka, arenga 60% y'amafaranga yinjira mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi. Ayo mafaranga yose aja muvy'imyavu, ariko ugasanga nya myavu nti yigera ikwira ugasanga hari ikibazo.Twebwe rero nti twarira busema."

๐Ÿ’ฌ "Mbere no mu mwaka w'ubutunzi wa 2021-2022, harigeze kwerekanwa amafaranga umushikiranganji w'ico gihe yari yatanze muvyo umwavu mw'iryo shirahamwe, amahera y'umurengera bita ngo ni avance ku mwaka, twebwe twavuga tuti aya mahera yoza arasubizwa. Hariho na 'rubrique budgรฉtaire' yavuga ukuntu ayo mafaranga yoza arasubizwa. Sinzi rero ko yose yoba yarashubijwe n'iryo shirahamwe."

๐Ÿ”™" Twama twabigarutse ko ivy'abashikiranganji usanga aha na hariya bakorana n'abantu bamwe bamwe b'abarwizatunga, ugasanga hariho amafaranga asohoka. Canke ugasanga umushikiranganji agiye mu nama nshikiranganji, aho ku 'defanda' dossier y'igihugu, we aka 'defanda' dossier afisemwo inyungu, y'ibintu ashaka gusohora abiha umurwizatunga kanaka. Ivyo rero ni ibintu bikunda gushika."

๐Ÿ“„" Nk'iyo dossier yari ikwiye guca yirwa hakaba amatohoza bakaraba amafaranga ingene asohoka, 'cours des comptes' ikagira amatohoza kuva muri 2020, bakabaza abashikiranganji b'ikigega ca Reta n'ab'uburimyi bagiye barahaca, ku

Hello Hello ndabifurije umwaka mushasha mwese ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅInkuru inkuru ishushe iriko irasirikira irangije umwaka Alain...
03/01/2026

Hello Hello ndabifurije umwaka mushasha mwese ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘
๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ
Inkuru inkuru ishushe iriko irasirikira irangije umwaka
Alain Ndikumana umushikiranganji
yaravugishije abantu benshi mbere nabategetsi batandukanye kuvyo yashikirije munama nkenguzamateka na nshingamateka yavuze vyinshi mukuvuga ibiranze igihugu cacu ciza c'uburundi mugab arivyo yavuze vyatumye bivugisha benshi mukuvuga FOMI ( ishirahamwe rihingura ifumbire) vyatumye bimukorako gushika nubu bikuvugwa.
Umushikiranganji wew avuga yuko n'umutekano wiwe ubangamiwe mugabo azoshika kwihangiro ( vision) 2040-2060 nkuko yavyivugiye ashobojwe n'Imana.
Umukuru w'inama nkenguzamateka yaramukeje amusabira no kumana akomeze imurinde ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘

Umuvugizi wa FOMI vyara mubabaje kubona yashoboye kuvuga nabi FOMI ( vyeruye nkuko yakivuze) nawe yavuze nti yavuze ibitarivyo azobanze agende asome amasezerano bagiraniye na LETA hama agaruke asigure neza yuko ivyo yavuze atarivyo.

Umukuru w'umugambwe wa CNDD-FDD nawe yagize ico abivuzeko kumushikiranganji ivyo yashikirije le 2/1/2026 ivyo yavuze vyose vyagaragaye yuko FOMI idafise ikosa kuko siyo ifata ingingo ahubwo bobaza ubushikiranganji bubijejwe nibo bobazwa ivyo bintu.

Ikindi yavuze nuko bagiye gutora inzego nshasha mumera zuku kwezi turimwo.
Kuvyerekeye umutekano navyo yavuze ko afise abamucungera cnk ashaka umutegano wijuru nkuko babivuga.

๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ
Ikibazo kiri ngaha ibintu vyose bivugwa Umukuru w'Igihugu ntaco arabivugako kandi ariwe yashizeho umushikiranganji wiwe kandi amwizeye mbega umushikiranganji yorya kuvuga ibintu umukuru wigihugu atazi?????

Ibintu vyose ukuneye kubibona ubiha umwanya mbega aya mezi yambere atubikiye iki????๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ๐Ÿคฆโ€โ™€๏ธ

Kubona abari munzego zitandukanye za L'ETA baterana amajambo????

musomyi tunwire muri commentaires ico ubivugako.
N.J.P Information ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

NIMBA VYUKURI USHAKA KUMENYA ICONGEREZA ( Anglais ) UKWIYE GUFATA IZI ALPHABET NEZA UKAZIMENYA KOKO๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
03/01/2026

NIMBA VYUKURI USHAKA KUMENYA ICONGEREZA ( Anglais ) UKWIYE GUFATA IZI ALPHABET NEZA UKAZIMENYA KOKO๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

Ingo mukurikirane Coin VIU kugira tugire amahirwe yokucukura natwe mugihugu cacu
03/01/2026

Ingo mukurikirane Coin VIU kugira tugire amahirwe yokucukura natwe mugihugu cacu

VIU NETWORK BURUNDI ngiyo mining nsha ukaba urumurundi canke urumunyamahanga. iyi urayikeneye https://viunetwork.lovable...
02/01/2026

VIU NETWORK BURUNDI ngiyo mining nsha
ukaba urumurundi canke urumunyamahanga. iyi urayikeneye
https://viunetwork.lovable.app/auth?ref=UPDATE
cane cane umurundi we azosigara atarinjira uwo sumurundi turamuciye mumuryango wacu ๐Ÿƒโ€โ™€๏ธ

02/01/2026

Utilise Referral Code 87574721

02/01/2026

Bienvenue ร  VIU Coin

Address

61228751
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when N.J.P Information de Tout posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share