12/08/2026
🚨Mahoro cane Bakunzi bacu namwe baguzi bahire🤝
👇Aya mabati mubona yakaka aca ibibatsi ari mubwoko bwa BG 28 teinté ordinaire aho mushobora kuyaronka muburebure mwipfuza eka mbere no mumabara mwipfuza kugiciro c'ibihumbi mirongo indwi na bitanu (75 000) gusaa ☺
Murahawe ikaze🙌
Sakara na Superbat wubake ibirama🤝