New Generation Construction

New Generation Construction New Generation Construction

🟥Irabire nawe inzu twatunganirije umu client yatwituye ifise 5 chambres iri mukibanza kingana na 12mx 20m Wifuza ko tukw...
25/05/2026

🟥Irabire nawe inzu twatunganirije umu client yatwituye ifise 5 chambres iri mukibanza kingana na 12mx 20m
Wifuza ko tukwubakira canke tugutunganiriza ibicapo vyiza vyinyubako duhamgare kuri whatsapp yacu:+257 72 345 602
Mushobora kandi no kudusanga aho dukorera :Bujumbura-Mirango-14 è avenue RN1

24/05/2026

Duhamagare tububakire canke canke tubatunganirize ibicapo vyiza vyinyubako






(+ 257 72 345 602)
https://wa.me/25772345602

23/05/2026

Twubakira abatwitura inyuma yo kubereka inzu nzabo ukwo zizoba zisa zuzuye
Whatsap:+257 72 345 602








22/05/2026
22/05/2026

Ubu twihaye ihangiro ryo kububakira Amazu aruko twamanje kubereka ukwo zizoba zisa



Inzu nziza
20/05/2026

Inzu nziza

  NZIZA TUYITANGUZA IBICAPO VYIZA.Irabire nawe inzu twatunganirije umu client ifise 4 CHAMBRES kandi ikaba iri mukibanza...
20/05/2026

NZIZA TUYITANGUZA IBICAPO VYIZA.
Irabire nawe inzu twatunganirije umu client ifise 4 CHAMBRES kandi ikaba iri mukibanza gito
Mwifuza ko tubakira canke ko tubatunganiriza ibicapo turondere kuriyi numéro whatsapp:+257 72 345 602




  raba inzu nziza igeretse rimwe twatunganirije umu client yatwituye yipfuza ko tumwubakiraMwifuza kwubaka canke ibicapo...
19/05/2026

raba inzu nziza igeretse rimwe twatunganirije umu client yatwituye yipfuza ko tumwubakira
Mwifuza kwubaka canke ibicapo vyinzu zitunganije neza duhamagare kuriyo numéro whatsap:+257 72 345 602

17/05/2026

TUBUBAKIRE CANKE TUBATUNGANIRIZE IBICAPO
+257 72 345 602





 :+257 72 345 602Maison 4 chambresTuratunganya ibicapo tukongera tukabubakiraDukorera:Bujumbura-Mirango-14è avenue-RN1
16/05/2026

:+257 72 345 602
Maison 4 chambres
Turatunganya ibicapo tukongera tukabubakira

Dukorera:Bujumbura-Mirango-14è avenue-RN1

MWOBA MUFISE UMUGAMBI WO KWUBAKA?KAZE  TUBATUNGANIRIZE IBICAPO ( Plan de construction 2D et 3D) TWONGERE TUBUBAKIRE 📞Wha...
08/01/2026

MWOBA MUFISE UMUGAMBI WO KWUBAKA?KAZE TUBATUNGANIRIZE IBICAPO ( Plan de construction 2D et 3D) TWONGERE TUBUBAKIRE

📞WhatsApp :
+257 61617730
+257 72345602

Iyi ninyubako nini cane ihagaze muri parcelle ya 4 Ares nukuvuga 20m kuri 20m ,
Iyi étage igizwe ninzu zibiri (2 niveaux).
Inzu yohasi (RDC):
-Barza de séjour
-Salon zibiri zagutse
-Salle à manger
-Cuisine moderne yindani
-Stock
-Chambre proncipale Ifise salle de bain yayo
-2 chambres zifise ama salle de bain yazo
-Salle de bain yabantu bose
-Barza de services
-Boyerie
-Cuisine yohanze
-Salle de bain yohanze

Inzu yohejuru (1èr Etage):
-Salon
-Salle à manger
-Chambre proncipale Ifise salle de bain yayo
-2 chambres zifise ama salle de bain yazo
-Salle de bain yabantu bose
-Salle de prière
-Bureau
-Balcon

Dukorera mirango kwibarabara rya cumi na kane,iruhande yibarabara RN1.

Address

Kamenge
1

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when New Generation Construction posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to New Generation Construction:

Share