Ubwiza Company

Ubwiza Company Ubwiza Company est une Société industrielle qui produit le jus au gingembre"Bora Tangawizi"

27/11/2023
Ak**aro k'ikinyobwa"Bora Tangawizi"-Izibura imirsi-Ifasha abubakanye kurangura neza amabanga yabo-Itera akayabagu(appeti...
27/11/2023

Ak**aro k'ikinyobwa"Bora Tangawizi"
-Izibura imirsi
-Ifasha abubakanye kurangura neza amabanga yabo
-Itera akayabagu(appetit)
-Iragabanya ivuduka ry'umurindi w'amaraso
-Iroza amafyigo
-Yongereza inguvu ku basoda b'umubiri
-Ifasha abavyeyi bonsa kuronka amaberebere menshi kandi meza
-Ivura grippe n'inkorora
-Ifasha ubwonko gukora neza
-Ifasha abantu bafise indwara zo kuribwa mu nda no gucibwamwo
Etc...

Badandaza ntimucikwe no kwirangurira kino kinyibwa Bora Tangawizi kuko tubasigira inyungu z'umurengera! Mufise ico mubaz...
27/11/2023

Badandaza ntimucikwe no kwirangurira kino kinyibwa Bora Tangawizi kuko tubasigira inyungu z'umurengera! Mufise ico mubaza twakure kuri(+257)69410202

Uruganda"Ubwiza Company" rubazaniye ikinyobwa gishasha ciza kandi ngirak**aro ku magara yanyu. Bora Tangawizi n'umutobe ...
27/11/2023

Uruganda"Ubwiza Company" rubazaniye ikinyobwa gishasha ciza kandi ngirak**aro ku magara yanyu. Bora Tangawizi n'umutobe k**a ukozwe mu bimera vya hano iwacu. Ufise ico ubaza akura kuri( +257)69410202

Address

Ngozi-Muremera
Ngozi
123

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubwiza Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ubwiza Company:

Share